Yabigengeje ate mu kwiga akaminuza, akaba umuhanga muri Sciences?

Yabigengeje ate mu kwiga akaminuza, akaba umuhanga muri Sciences?

Mu kiganiro c'abagore co kuri uyu wa gatatu, Marie Claire Cyurinyana yiganiye BBC uko yashoboye gukunda ivyirwa vya Sciences, akagera aho aronka impamyabumenyi y' ikirenga PhD muri Physics, icigwa atanga muri kaminuza ya KIST i Kigali