Imvo n’Imvano yo kuri uyu wa 4/5/2019 iribanda ku buzima bw'impunzi z'Abarundi ziri mu nkambi ya Dzaleka muri Malawi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n’Imvano yo kuri uyu wa 4/5/2019 iribanda ku buzima bw'impunzi z'Abarundi ziri mu nkambi ya Dzaleka muri Malawi

Iyi nkambi yubatse muri komini ya Dowa, isaha y'urugendo uvuye mu murwa mukuru Lilongwe, icumbikiye impunzi zigera ku bihumbi mirongo itatu n’umunani (38.000). Abagera ku bihumbi umunani (8.000) ni Abarundi.

Benshi mu mpunzi biganjemo abagore n'abana bakuwe mu byabo kubera impamvu zitandukanye zirimo iza politike ndetse n'intambara muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, mu Burundi no mu Rwanda.