FRODEBU isaba ko iegeko ry'itora rihinduka kugira 2020 bizogende neza
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Mu Burundi Sahwanya FRODEBU isaba ko itegeko ry'amatora ritosorwa kugira 2020 bizogende neza

Mu Burundi, umugambwe Sahwanya FRODEBU utavuga rumwe n'ubutegetsi, uvuga ko gusubiramwo itegeko rigenga amatora ari kimwe mu bikenewe kugirango amatora yo mu 2020 agende neza.

Iri ni itegeko ariko rimaze kurengana intambwe zompi z'inteko zijejwe gutora amategeko, n'ukuvuga inama nshingamateka na nkenguzamateka.

Florentine Kwizewra yavuganye n'icegera c'umukuru w'uwo mugambwe, Leonce Ngendakumana, amusigurira zimwe mu ngingo babona ko zikwiye gutosorwa muri iryo tegeko, mu kiganiro mushobora kwumviriza aho hejuru.

Urashobora gushima kusoma n'ibiri:

Ibindi bisa n’ibi