Imvo n'imvano yo ku wa 01 z'ukwa gatandatu mu mwaka wa 2019
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'imvano ku matora yo mu ndwi iheze mu Bubiligi kw'itariki ya 26 z'ukwa 5, 2019

Muri iki kiganiro, Felin Gakwaya aganira n'ababirigi b'abimukira bakomoka muri Afrika mu karere k'ibiyaga bigari, cane cane mu Rwanda no mu Burundi, biyamamaje mu matora y'abashingamateka mu gihugu c'Ububiligi, yabaye mu ndwi iheze ku wa 26 z'ukwezi kwa 5, 2019 .

Ibindi bisa n’ibi