Imvo n'imvano ku mugambi wa Habyarimana w'imbeba z'inzungu w'ukurwanya ugufungura nabi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Nivyo koko y'uko Habyarimana yasavye imbeba mu Bubiligi mu kurwanya ugufungura nabi ? Umviriza Imvo n'imvano

Kino kiganiro cerekeye ibivugwa ko Juvénal Habyarimana yahora ari Perezida w'u Rwanda yasavye imbeba mu Bubiligi mu mugambi wo kurwanya ugufungura nabi.

Biri mu majambo yuvuzwe na General James Kabarebe, iki kiganiro rero kikaba gishaka kumenya ukuri kuri ivyo.

Ibindi bisa n’ibi