Rwanda: Ubuyobozi burahakana ibirego byo gusenya urugi rw'umuturage.
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umurenge wa Kibangu mu majyepfo y'u Rwanda urahakana ko butasenye urugi rw'umuturage

Nyuma y'ikiganiro n'umukenyezi Emiliyana Nyirampfakurera wo mu karere ka Muhanga yabwiye BBC Gahuza ku wa Kane, avuga ko yatewe n'abantu bazindutse mu gaturuturu bamumenerako, ubuyobozi b'wibanze ntibwemera ibisobanuro Emilayana yatubwiye. Mu kiganiro umunyamabanga nshingwabikorwa w'umurenge wa Kibangu, Jean Claude Nshimiyimana, yahaye BBC, yavuze ko bari bakurikiranye abahungu be babiri kandi batigeze basenya urugi rwe.

Emiliyana avuga ko yaketse ko yatewe kubera ibikorwa vya politike vy'umuhugu wiwe Boniface Twagirimana yaburiwe irenegro ari mu mvuto.

Yemeza ko abaje ku rugo iwe bagasiga urugi rwiwe rwabomotse ari abajejwe umutekano ba DASO bari baherekejwe n'abayobozi b'inzego z'ibanze.

Ariko ubuyobozi bw'ibanze bubivuga ukundi. Umva uko Bwana Nshimiyimana abisobanura mu kiganiro yagiranye na Flornetine Kwizera.