Amahinduka ya leta mu Rwanda agamije iki?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amahinduka muri leta y'u Rwanda agamije iki?

Perezida w'u Rwanda, Paul Kagame, yahinduye leta ye, mu mahinduka bivugwa ko ari yo akomeye muri iyo leta yaherukaga kera cyane.

None se aya mahinduka Perezida Kagame yakoze yaba agamije iki?

Umva ibisobanuro bya Dr Omar Khalfan, umushakashatsi muri politike mpuzamahanga, yavuganye na Ally Yusufu Mugenzi.

Ibindi bisa n’ibi