Kuva umugera wa SIDA utowe, umaze guhitana abantu imiliyoni 32
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umunsi wahariwe kurwanya SIDA: Kuva icio kiza gitowe, kimaze guhitana abantu imiliyoni 32

Haciye imyaka 37 abahinga batoye umugera wa SIDA, mbega ubu vyifashe gute?

Mu Burundi, ubushikiranganji bw'amagara y'abantu n'ukurwanya SIDA buvuga ko ibice 0.9 % aribo bagendana umugera wa SIDA.