Ikiganiro
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Igice cya mbere ku biganiro byanyuze abakunzi b'Imvo n'Imvano kurusha muri uyu mwaka 2019

Mu gihe dusigaje iminsi icumi gusa kugira ngo twinjire mu mwaka w'i 2020, Imvo n'Imvano yahisemo guha umwanya abakunzi bayo kugira ngo bavuga ibiganiro byabanyuze kurusha ibindi muri uyu mwaka turi gusoza wa 2019. Muri iki kiganiro ndetse n'igitaha, turumva abantu baturutse mu mihingo itandukanye kw'isi, hari abari mu bihugu byo muri Afrika, hari abari mu burayi, hari n'abari muri Amerika.