“Ntitukiri aba nye Irani, twabaye imbohe iwacu”
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

“Ntitukiri aba nye Irani, twabaye imbohe iwacu”

Kuva Irani yivuguruje ikemanga kumena indege ya Ukraine, imyiyerekano y'abarwanya leta nt'isiba mu gihugu.