Joyce w’amamuko ya Kongo ahanganye gute n’impinduka m’urudandaza?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Joyce w’amamuko ya Kongo ahanganye gute n’impinduka mu rudandaza?

Indoto yiwe n'uko urudandaza rwiwe rukwira n'ibindi bihugu. Ubuhinga bwiwe, yishinze kujana n'ibihe, agakurikira uko abaguzi bahindura ingendo.

Inkuru ya Audace Machado