Inyishu za muganga ku bibazo vyanyu vyerekeye Coronavirus

Muganga Leonard Nduwayo arasubiza ku bibazo birimwo icabajijwe n'uwitwa Ely Ben yagize ati: Ni ukubera iki incanco zabaye nyinshi ku ndwara imwe? Vyaranse ko bahuriza kuri rumwe?