Ibibazo kuri Covid-19: Abana baba bayandura?
Ibibazo kuri Covid-19: Abana baba bayandura?
Muganga Leonard Nduwayo ukorera mu Bufaransa arasubiza ikibazo cya Dionise Kwizera ubaza ati: Mbega burya abana bararwara Covid-19 ko atabo turumva yahitanye?
Ushaka kubaza ikibazo kijyanye na Covid-19 twandikire kuri facebook bbcgahuza.