HCR yatangiye gucyura impunzi z'Abarundi zari muri Congo

Impunzi z'abarundi zitahuka ziva muri congo
Image caption Impunzi zigera kuri 200 zashikiye i mutimbuzi

HCR yatangiye gucyura impunzi z'Abarundi zari zimaze imyaka myinshi muri republika iharanira demokrasi ya Congo.

HCR iravuga ko yashoboye gucyura impunzi z'Abarundi zari mu ntara ya Kivu y'amajyepfo yazahajwe n'intambara.

Impunzi z'Abarundi ziri muri Congo ziragera ku bihumbi 17, zahuze imvururu zo muri za 70 na 90.