Ese abanyafurika barya imbuto?

Muri Afrika ntibarya ivyamwa/imbuto bikwiye
Image caption Muri Afrika ntibarya ivyamwa/imbuto bikwiye

Inama y'umuryango mpuzamakungu yabareye mu gihugu ca Senegal, yamenyesheje ko abanye Afrika benshi badafungura ivyamwa canke imbuto mu kinyarwanda, bikwiye.

Kandi ngo indwara za diabete hamwe no kugira ibiro umurengera bisigaye biteye impungenge muri Afrika, zingana nk'izitewe n'ugufungura nabi.

Umwe mu bahinga bari mw'iyo nama yabereye i Dakar, yavuze yuko urugero rwo gufungura ivyama n'imboga muri Afrika, ruri munsi cane y'urusabwa n'ishami rya ONU rijejwe amagara kw'isi, OMS.

Mu Rwanda, benshi mubo twabajije bavuga ko bazirya mugabo mu Burundi ho ngo zirazimvye.