Imyigaragambyo irakomeje mu Misiri

Imyigaragambyo mu Misiri
Image caption Imyigaragambyo mu Misiri

Amagana n'amagana y'abantu bongeye kwigabiz urubuga rwa Tahir i Kayiro mu Misiri aho bagiye gufasha bagenzi babo bakomeje gusaba Perezida Hosini Mubarak gutanga imihoho.

Umunyamakuru wa BBC uri i Kayiro, aravugako ubu imihanda yose yerekeza Tahirir yuzuyemo abantu bakereye gukomeza imyigaragambyo imaze ibyumweru birenga bibili aho mu Misiri.