Itegeko rishya rya Kaminuza mu Burundi

Itegeko rishya rya Kaminuza mu Burundi
Image caption Itegeko rishya rya Kaminuza mu Burundi

Mu Burundi, inama nshingamateka yemeje itegeko rishasha rigiye kugenga amashure ya kaminuza.

Iryo tegeko ritegekanya ko abanyeshure bahejeje amashure yisumbuye bazoja muri kaminuza ari uko baronse urupapuro rw’umutsindo rwa reta.

Nayo abayobozi b’ibisata vya kaminuza bakazoza baragenwa n’urwego nshingwantwaro, bemezwe n’umushikiranganji kandi hisunzwe ubwoko n’ibitsina.