Burma yemerewe kyobora ASEAN mu 2014

ASEAN foreign ministers in Bali Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Abashikiranganji b' imigenderanire b' ibihugu bigize umurwi ASEAN bifotoza mu nama yabereye Bali kuwa 15/11/2011

Indonesdia, ari nayo iyoboye umurwi wa ASEAN muri uyu mwaka, ivuga ko Burma imaze gutera intambwe ikomeye mu nzira ya Democracy, kandi itagisubira inyuma.

Iyi iboneka nk'intambwe ikomeye kuri leta ya BUrma yitwa ko ar'iyo aba civil, igizwe n'abavuye mu basirikare bo mu rwego rwo hejuru, baherutse kurekura abanyororo ba politique. bakanagabanya n' ingingo zo gutangira amakuru mur'uyu mwaka.

President Obama yavuze ko Burma yuguruye imiryango y'ibiganiro ku bikeneye guhinduka, ariko ko hakiri vyinshi biekenye gukorwa mu ntumbero yo kubahiriza agateka ka kiremw muntu.

Abategetsi ba Burma bemeye ko bagiye kurekura abandi banyororo.

.