Amatora ya Gambia

president yahya Jammeh
Image caption President Yahya Jammeh

Amajwi amaze guharurwa mu matora yo kuwa kane yerekana ko president Jammeh ari imbere n'ibice 70% , aho arusha kure cane umukurikira.

Abahagarikiye amatora baranegura uko yatunganijwe, aho umuryango wa Afrika y'uburengero ujejuwe ubutunzi CEDEAO, wahakanye kurngika intumwa.

umuryango CEDEAO uvuga kw'ayo matora ya Gambia yo ku munsi wa kane atabaye ku mugaragaro, kandi yaranzwe n'akarenganyo.

President yahya Jammeh yafashe ubutegetsi ashigikiwe n' igisirikare cakoresheje igikenye m,u 1994.