Urubanza rw'abashatse kuneka Mandela

Urugo rwa Nelson Mandela Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Ofoto yafashwe mu kwezi kwa 11, yerekana urugo rwa Nelson Mandelai Qunu,

Colonel Vishnu Naidoo yabwiye BBC ko bitemewe n'amategeko gufata amasanamu ku nyubakwa z'abakuru b'ibihugu , aho yamenyesheje ko cameras zari zahashizwe zakuweho.

Izo cameras zari zashizwe aho Mandela aba muri kino gihe, zahazanywe n'ibiro ntangamakuru vya Reuters na Associated Press.

Umuvugizi wa Associated Press yahakanye ko batigeze baneka Nelson Mandela