Cote d'Ivoire: Guillaume Solo yeguye

 Cote d'Ivoire: Umushikianganji wa mbere mushya
Image caption Cote d'Ivoire: Umushikianganji wa mbere mushya

Umushikiranganji wa mbere wa Cote d'Ivoire Guillaume Soro, yeguye ku mabanga ye. Bwana Soro yavuze ko ataragishoboye gukomeza ako kazi.

Abanyamakuru baravuga ko iyegura rye ryari ryitezwe kandi ko rigiye guha uburyo umukuru w'igihugu Alassane Ouattara gushyiraho umushikiranganji wa mbere uzava mw'ishyaka ryabaye irya 2 mu matora y'abashingamateka, ishyaka rya PDCI, ry'uwahoze ari umukuru w'igihugu Henri Konan Bedie