Intambara zongeye gukara muri Syria

Syria observers Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Indorerezi za ONU muri Syria

Mu miji ya Idlib, mu ntara za Deraa no mu muji wa Homs ibisasu bivurwa ko vyakomeje guhitana abantu.

Umurwi muto w'abagiye gukurikirana ko igikorwa co guhagarika intambara cubahirizwa n'impande zompi bari muri Syria, ariko ntibarashika ahababaye cane kuruta ahandi.

Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mouzamakungu Ban Ki Moon yahamagariye igisirikare ca Syria kwifata, no gukorana neza n' izo ndorerezi za ONU.