Indege yarimwo 120 yaguye muri Pakistan

Indege ya Bhoja Air
Image caption Indege ya Bhoja air yaguye hafi ya Islamabad yerekanye ku masanamu

Indege Boeing 737 y'ishirahamwe rya Pakistan Bhoja Air, yari mu rugendo ivuye Karashi, aho yari hafi yo gushika mw'isegenya nyinshi.

Abayibonye bavuga kw'iyo ndege yarekuye imbeya z'umuriro igihe yatibukira hasi hafi y'imihana y'abantu.

Umupolisi yari aho yagiye avuga ko iyo ndege yononekaye cane kandi ko biguye gusanga ahri abagihumeka mu bari muri yo.