Charles taylor arakatirwa kuri uyu wa kane

Charles Taylor arakatirwa kuri uyu wa kane Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Charles Taylor arakatirwa kuri uyu wa kane

Uwahoze ayobora Liberia Charles Taylor arakatirwa n'urukiko rw'umuryango w'abibumbye rukorera mu Buholandi.

Mu birego 11 aregwa harimo gufasha inyeshyamba zakoze amahano muri Sierra Leone mu myaka ya za 90.

Ibyo birego byose Charles Taylor arabihakana

Abandi bantu 4 bo muri Sierra Leone bakatiwe mu birego bimwe nawe, ubu bagiye gufungirwa mu Rwanda