Torres ntanezerewe nyuma yo gutwara igikombe

Fernando Torres Uwufise ububasha kw’isanamu d
Image caption Fernando Torres

Fernando Torres adashimishwa na contrat bashaka kumuha aribaza ico agiye gukora.

Torres yiteguriye kuvugana n'abategetsi ba Chelsea nyuma yo kunegura ingene bamufashe.

Uwo mukinyi aturuka muri Espagne aravuga ko arico kintu ca mbere camubabaje kubona atabaye mu batangura urukino rwa Champion's League batsinze Bayern y'i Munich.