San Suu Kyi yasuye BBC

San Suu Kyi Uwufise ububasha kw’isanamu non
Image caption San Suu Kyi

Umukuru w'abatavuga rumwe n'ubutegetsi muri Burmaniya, Aung San Suu Kyi, yasuye BBC igisata mpuzamahanga.

Suu Kyi ari mu ruzinduko hano mu Bwongereza, bwa mbere kuva aho ahaviriye mu myaka 24 ishize. Yashimiye abakozi ba BBC ariko ku buryo bw'umwihariko abo mu rurimi rwo muri Burmaniya.

Yavuze ko yamaze imyaka nta muntu umusura, ntawumuterefona cyangwa ngo amwandikire, ngo yagombaga kwumva radio kugirango amenye ibiri kubera mu mujyi abamo.