USA ifatiye ibihano abatwara Boko Haram

Ibiherutse kuvugururwa: 21 ukwa gatandatu, 2012 - 17:40 GMT
inzu yasambuwe

Hamaze kwononekara vyinshi mu bitero vya Boko Haram

Leta zunze ubumwe z'amerika zafatiye ibihano abagabo batatu bivugwa ko ari abayobozi bakuru b'umutwe w'aba Islamu bagendera ku matwara akaze wa Boko Haram ukorerera muri Nigeria.

Leta ya Amerika yavuze ko abo bagabo bakora ibikorwa by'iterabwoba kw' isi kandi ko igiye gufatira umutungo boba bafite muri icyo gihugu.

Umutwe wa Boko Haram muri uyu mwaka wongereye ibitero ugaba ku makiliziya abakiristu basengeramo.

Abanyamakuru baravuga ko ubutegetsi bwa Obama bwari bumaze igihe bwotswa igitutu kugira bugire icyo bukora kuri uwo mutwe.

Hari na bamwe mu banyapolitiki muri Amerika basaba ko uwo mutwe wose wa Boko Harama bawushyira ku rutonde rw'imitwe ikora ibikorwa by'iterabwoba.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.