Yemen:igisasu c'umwiyahuzi cahitanye abantu

Yemen Uwufise ububasha kw’isanamu x
Image caption Yemen

Abategetsi ba Yemen bemeza ko abantu bane aribo bamaze kumenyekana ko bapfuye abandi bagera kuri cumi barakomereka, ariko hari izindi nkuru zivuga ko aboba bahasize ubuzima bagera nko kuri 20.

Umunyamakuru wa BBC muri Yemen yari aho ubwo bwicanyi bwabereye avuga ko ico gisasu caturikijwe kw'ishure ry'igipolisi , mu gihe bariko barataha.

Amakuru avayo avuga ko ico gisasu catezwe n'umwiyahuzi.