Kofi Annan yahevye guhuza abanyasyria

Kofi Annan

Ahavuye isanamu, s

Insiguro y'isanamu,

Kofi Annan

Intumwa y'ishirahamwe mpuzamakungu n'ibihugu vy'abarabu mu kibazo co kugarura amahoro muri Syria Kofi Annan, agiye guhagarika amabanga yiwe.

Mw'itangazo ry'umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe ONU Ban Ki Moon, bwana Annan yahisemwo kutongera ikiringo ciwe.

Bwana Ban yavuze ko ashimira cane Kofi Annan ku gikorwa yitangiye co gutorera umuti indyane za Syria.