Syria:Impande zirwana riregwa ivyaha vy'intambara

Ibiherutse kuvugururwa: 15 ukwa munani, 2012 - 15:11 GMT

Syria 14/08/2012

Icegeranyo c' ishirahamwe ONU cagiriza ingabo za leta ya Syria ko arizo zirerwa ubwicanyi bw'ikivunga bwakozwe mu mu kwezi kwa gatanu mu muji wa Houla, bwahitanye abana barenga 40.

Abakoze itohoza bavuga ko bigaragara neza ko ingabo za leta zakoze ivyha vyo mu ntamabra n'ivyha vyo gusinzikaza ubuzimabwa kirem a muntu.

Ico cegeranyo cerekana ivyaha vy' ubwicanyi, kwica urubozo no gufata abantu ku nguvu, vyakozw eku rugero rutari bwaboneke muri Syria.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.