Ikiza ca Ebola gisa n'icarangiye muri Uganda

Ibiherutse kuvugururwa: 3 ukwa cyenda, 2012 - 14:52 GMT
Uganda ebola

Uganda ebola

Ishirahamwe rijejwe amagara y'abantu OMS riravuga ko rifatiye ku kimenyetso c'uko atamurwayi wa Ebola mushasha aherutse kubona, ico kiza gisa n'icarangiye.

Umugera wa Ebola wahitanye abantu 17 muri district ya Kabale.

Ibitaro vya Kabale vyasezereye umurwayi wa nyuma, muabo agace kari kahariwe abarwaye umugera wa Ebola n'ubu kagumijweho kugira kakire uwariwe wese yoramuka afashwe.

Ebola n'indwara yandukira cane kandi ikomeye, ishobora kwica uwariwe wese ahuye n'uwo mugera

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.