Ijambo rya Julius Malema ku basirikare

Ibiherutse kuvugururwa: 12 ukwa cyenda, 2012 - 13:30 GMT
Julius Malema

Julius Malema

Julius Malema yabwira umurwi w'abasirikare bashobora guhabwa ibihano kubera ukwitwara nabi mu kazi barerwa ko bakoze mu mwaka w'2009 igihe haba yegereyegere.

Abasirikare bagiye mur'iyo yegereyegere kubera imishahara n'uburyo bafashwe nabi mu kazi.

Mu bigo vya gisirikare muri Afrika y'epfo abacunga umutekano bari bameze magabo imbere y'iryo jambo rya Malema, ibi bikaba bikozwe ubwa mbere kuva intwaro ya Apartheid arangiye.

Umushikiranganji wo kwivun'abansi wa Afrika y'epfo Nosiviwe Mapisa-Nqakula, yagabishije Malema ko atohirahira ngo ashire agati mu ntozi kur'iki kibazo c'abasirikare.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.