Somalia:Ibisasu hafi ya president mushasha

Ibiherutse kuvugururwa: 12 ukwa cyenda, 2012 - 12:31 GMT
Somalia president

President wa Somalia Hassan Sheikh Mohamud

Igipolisi ca Somalia kiremeza ko ibisasu bibiri vyatezwe n'abiyahuzi hafi y'ihoteri president mushasha wa Somalia abamwo mu murwa mukuru Mogadishiu.

Amakuru aturuka yo avuga ko n'umushikiranganji w'imigenderanire wa Kenya yari mur'iyo Hotel.

Ariko bompi ntaco babaye, barokotse ari bazima

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.