Imyiyerekano yo kwiyamiriza Amerika mu ba islam

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa cyenda, 2012 - 15:45 GMT
US protests

US protests

Muri Yemen, abagiye mu myiyerekano imbere y'ibiro vy'uhagarariye Amerika, baturiye imodokari, imbere yo kwirukanwa n'abajejwe umutekano.

Mu murwa mukuru wa Msri cairo, abantu 70 bakomeretse mu migumuko yabareye imbere ya embassade ya leta zunze Ubumwe za Amerika.

Habaye kandi imyiyerekano muri Tunisia, Maroc, Sudan Mauritania na Iran.

Umushikiranganji w'imigenderanire wa Leta zunze Ubumwe za Amerika yaneguye iyo sinema mugabo avuga ko idakwioye kuba urwitwazo namba bw'abakora ubugizi bwa nabi.

Abategetsi ba Pakistan bavuga ko bariko barakora ibishoboka vyose kugira bazibire abashobora kubona iyo sinema kuri internet.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.