Lakhtar Brahimi ari mu rugendo muri Syria

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa cyenda, 2012 - 12:22 GMT
Lakhtar Brahimi

Lakhtar Brahimi

Mu rugendo agiye kumaramwo iminsi itatu muri Syria, bwana Lakhatar Brahimi azogirana umubonano wiwe wa mbere na president wa Syria Bashar Al Assad.

Bwana Brahimi yavuze ko azi neza kw'igikorwa kimurindiriye co kurangiza indyane zimaze amezi 18 muri Syria kitoroshe na mba.

Yasubiriye Kofi Annan yatanze imihoho mur'uwo murimo amaze kurangiza ikiringo ciwe ca mbere mu kwezi k' umunai, abitumwe n' umwumvikano muke yabona mu bagize inama nkuru y'umutekano kw'isi.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.