Afrika y'epfo: Leta yahagurukiye ikibazo kiri mu butare

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa cyenda, 2012 - 14:50 GMT
Yegereyegere y'abakora mu birombwe muri Afrika y'epfo

Yegereyegere y'abakora mu birombwe muri Afrika y'epfo

Leta ya Afrika y'epfo yamenyesheje ko itazokwihanganira ico yise amakoraniro atemewe mu gihe igerageza gukemura ikibaza kiri mu gisata c'ubutare.

Umushikiranganji ajejwe ubutungane, Jeff Radebe, yavuze ko kwitwaza ibirwanisho hamwe no gutera ubwoba, bizofatirwa ivyemezo bibikwiye.

Haciye akanya gato nyuma yaho, abapolisi bakoresheje ivyuka bikoraza amasozi mu gushwiragiza abahagaritse akazi.

Abakora mu kirombwe ca Lonmin kiri hafi y'aho vyabereye, banse amahera iryo hinguriro ryabongeye, mu gihe bamaze indwi zitanu muri yegereyegere.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.