Uganda yugaye umupaka wa Bunagana

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 18:57 GMT
M23 rebels

Inyeshamba za M23 nizo zigenzura umupaka wa Bunagana

Ubutegetsi muri Uganda kuri uyu wa kabiri bwatangajye ko bufunze umupaka w'i Bunagana, umupaka igihugu gisangiye n'akarere k'uburasirazuba bwa Congo.

Ubutegetsi bwa Uganda busigura ko impanvu yo gufunga uyu mupaka ivuye kuri ca cegeranyo ca ONU cagirije Uganda gushigikira inyeshamba za M23 zafashe igiche cya Congo c'uwo mupaka.

Ushinzwe umutekano w'intara ya Kisoro yabwiye BBC ko itegeko ryo gufunga uyo mupaka ryavuye ku mukuru w'igihugu.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.