Ibisasu vy'inkinzo ku rubibe rwa Turkiya

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa cumi na kabiri, 2012 - 14:20 GMT

Ibikoreshwa mu bisasu vy'inkinzo

Umushikiranganji wo kwivun'abansi wa Leta Zunze ubumwe za Amerika Leon Panetta, yashize igikumu kw'itegeko ritanga uburenganzira bwo gushira ingabo 400 ku rubibe rwa Turkiya.

Uretse abarsirikare harajanwa n'ibisasu bitangira bigahushisha inzira ibindi bisasu vyo mu bwoko bwa missile.

Uburo vy'umushikiranganji wo kwivun'abansi bivuga kw'ico gikorwa kiri mu rwego rw'ibikorwa vy'ingabo za OTAN /NATO kugira rukingire Turkiya.

Ubudagi na Hollande vyemeye gutanga ibisasu vy' inkinzo bibiri kuri buri gihugu, n'ingabo zigera ku 750 zose hamwe.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.