Ingabo za FOMAC zongerejwe muri Centrafrica

Ibiherutse kuvugururwa: 2 ukwa mbere, 2013 - 13:37 GMT

Ingabo za Congo Brazaville zigiye mu rwego rwa FOMAC ku kibuga c'indege ca Bangui 31/12/12

Umukuru w'ingabo zo mu rwego FOMAC rw'umuryango w'ibihugu vyo muri Afrika yo hagati yavuze ko zizokora ivyo zishoboye vyose mu gukingira umuji wa Damara abarwanyi.

Abo barwanyi bari basatiriye mu gihe gito cane bagana umurwa mukuru Bangui, uri ku km 700.

Umuvugizi w'abo barwanyi ari Paris yabwiye ikigo ca Reuters ko bahagaritse gusatira uwo muji muri kino gihe.

Ngo barindiriye ibiganiro kugira haboneke inyishu ya politike ku kibazo cabo.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.