Afhganistan: Abapolisi 11 bishwe basinziriye

Ibiherutse kuvugururwa: 27 ukwa kabiri, 2013 - 12:50 GMT
Umupolisi wa Afghanistan

Umupolisi wa Afghanistan

Abajejwe intwaro muri Afighanistan bavuga ko abantu cumi n'indwi bishwe n'abarwanyi mu gitero cabaye mw'ijoro mu ntara ya Ghazni.

Abategetsi baho babariye BBC ko abo bantu bose barashwe basinziriye ku biro vy'abapolisi, ngo kandi cumi n'umwe muri bo bari abapolisi.

Buramatari yavuze ko abari kw'izamu babiri bafashwe, ubu bakaba bariko barabazwa icatumye bananirwa guhagarika abo bateye.

Umukuru w'igipolisi mu ntara ya Ghazni yarungitswe aho vyabereye ngo ahagarikire itohoza.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.