Hugo Chavez yatabarutse

Ibiherutse kuvugururwa: 6 ukwa gatatu, 2013 - 09:49 GMT

Hugo cahvez

Ikiziga ciwe cagiye gushingurwa mu mw'ishure rya gisirkare rya Carcas kugerza jku munsi wa gatanu aho azoshingurwa.

President Hugo Chavez yar'amaze igihe afise ingwara ya Cancer.

Icegera ciwe Nicolas maduro azoba arayoboye igihugu mu kiringo c' infatakibanza imbere y'uko amatora aringanizwa.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.