Seleka isabwa gutekana inyuma yo gufata Bangui

Ibiherutse kuvugururwa: 23 ukwa gatatu, 2013 - 16:19 GMT

Abarwanyi ba seleka

Perezida w'Ubufaransa Francois Hollande, yarungitse ingabo iBangui, avuga ko abarwanyi bokubaha abanyagihugu.

Bwana Hollande yemeje ko Francois Bozize yahunze Centrafrika.

Birakekwa ko yagiye muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo.

Abarwanyi ba Seleka basaba ko atanga imihoho, kuko ngo yarenze ku masezerano menshi.

Abo barwanyi biyunze mu runani rumwe seleka kuva mu kwezi kwa 12 umwaka uheze, bagiriza Bozize ko yananiwe gushira mu ngiro ivyo basezeranye mu 2007.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.