BRICS ishaka ibanki yayo n'ikigega cayo

Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa gatatu, 2013 - 13:03 GMT

Inama igira gatanu ya BRICS iDurban

Ibihugu binywanyi vya BRICS vyitezwe kuganira kw'ishingwa ry'ibanki n'ikigega vyobangabanwa n'ibanki y'isi yose n'ikigega mpuzamakungu FMI.

Abakuru b'ibihugu vya Brezil, Uburusiya, Ubuhinde, Ubushinwa na Afrika y'Epfo bihurikiye mur'iryo shirahamwe BRICS, baza gushimikira kandi ku nzira zofasha gusubira kuzamura ubutunzi busa n'ubugenda buhoro mur'ivyo bihugu vyose.

Imbere y'ibiganiro vya Durban, Ubushinwa na Brezil vyagiranye amasezerano yo guhanahana ibidandazwa biciye miliyaridi 30 y'ama dollars y'abanyamerika, ivyo bakabihana mu mafaranga yiwabo.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.