Urubanza rwa Pascal Simbikangwa mu Bufaransa

Ibiherutse kuvugururwa: 2 ukwa kane, 2013 - 19:18 GMT

Urwibutso rwa jenoside rwa Bisesero mu 1999

Pascal Simbikangwa yari umusirikare wo ku rwego rwa capitain igihe ca jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994.

Ubutungane bw'ubufaransa bwari bwamufatiye mw'izinga rya Mayotte aregwa gukoresha impapuro z'inyiganano zimuranga mu 2008.

Ibi vyahuriranye n'uko Pascal Simbikangwa yar'asanzwe yatangiwe mikirego mu Bufaransa, ku ruhara muri jenoside yabaye mu Rwanda.

Yar'asanzwe kandi ari ku rutonde rw'abaronderwa n'igipoilisi mpuzamakungu interpol.

Mu mwaka w'2010, Ubufaransa bwashizeho urweho rudasanzwe rwo kuburanisha imanza za jenoside

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.