Kenya isaba ONU kuvugira Uhuru kuri ICC

Ibiherutse kuvugururwa: 9 ukwa gatanu, 2013 - 13:46 GMT

Uhuru Kenyatta

Leta ya Kenya yifuza ko ONU iyisabira ko sentare mpuzamakungu mpanavyaha idakomeza gukurikirana urubanza rwa perezida Uhuru n'icegera ciwe William Ruto.

Abo bategetsi baheruka gutorwa bagirzwa ko bakokeje ubwicanyi bwakwirikiye amatora yo mu 2007.

Mw'ibaruwa ryarungitswe mu ndwi iheze, uwuhagarariye Kenya mw'ishirahamwe mpuzamakungu Macharai Kamau, avuga kw'ikirego c'abo bategetsi kitagisfise ishingiro kubera ababagiriza bisubiyeko.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.