Rwanda:Inyubakwa yatavye abantu Nyagatare.

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa gatanu, 2013 - 16:20 GMT

Ikarata y'Urwanda

Umuvugizi w'igipolisi mu Rwanda, yabwiye BBC ko abantu batatu aribo bamaze kumenyekana ko bitavye Imana mu baguweko n'inyubakwa yahenutse mu muji wa Nyagatare.

Theos Badege avuga ko abagera ku 21 bakomeretse.

Birakekwa ko abandi bagera kw'ijana boba bakiri munsi y'iyo gorofa yaguye.

Umuvugizi w'igipolisi Theos Badege avuga ko abajejwe gutabara bamaze kugera ahabereye iryo sanganya, kandi igikorwa co gutabara kiriko kigenda neza.

Icateye iryo sanganya ntikiramanyekana.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.