Igiposi gicungereye aho Mandela arwariye

Ibiherutse kuvugururwa: 11 ukwa gatandatu, 2013 - 11:28 GMT
Umuryango wa Nelson Mandela

Umuryango wa Nelson Mandela

Igipolisi congereje umutekano hanze y'ibitaro i Pretoria aho Nelson Mandela yaraye ijoro rigira kane ari mu cumba c'abaremvye cane.

Uwahoze ari umukuru w'igihugu wa Africa y'epfo ariko aravurwa indwara y'amahaha yasubiye kumufata.

Kuva yinjira ibitaro mu gitondo co kuwa Gatandatu, abagize umuryango wa bwana Mandela babandinije kuza kumuraba, harimwo n'uwahoze ari umugore wiwe Winnie.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.