France: Abari banyurujwe muri Syria bakiriwe.

Uwufise ububasha kw’isanamu n
Image caption Abanyamakuru b'abafaransa bari bafatiwe muri Syria

Akibakira ku kibuga c'indege, bwa Hollande yavuze ko kugaruka kwabo ari igihe c'umunezero n'iteka ku Bufaransa.

Abo bagabo, Nicolas Henin, Pierre Torres, Edouard Elias na Didier Francois, bivugwa ko amagara yabo ameze neza, n'ubwo bari bamaze amezi 10 mu maboko y'abarwanyi.

Abo banyamakuru batowe ku mupaka wa Syria na Turkiya, baboshe kandi bapfunze ibitambara mu maso