Undi muhindekazi yamanitse mu giti

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Abantu benshi mu Buhinde bakomeje kwamagana ihohoterwa rikorerwa abagore mu Buhinde

Ibizami byo kwa muganga byakorewe umukobwa w'imyaka 19 basanze amanitse mu giti yapfuye nta bimenyetso byo kuba yarafashwe ku ngufu byagaragayemo.

Ibi byatangajwe n'igipolisi mu ntara ya Uttar Pradesh, mu majyaruguru y’Ubuhinde, kiravuga ko i

Iyi n'inshuro ya 4 mu byumweru bishize, muri iyo ntara babona abagore bamanitse mu biti.

Abakobwa 2 bamanitswe bamaze gufatwa ku ngufu mu karere ka Badaun mu byumweru 2 bishize.

Ejo kuwa gatatu habonetse umurambo w'umugore umanitse mu giti mu karere ka Bahraich.