Liberia ishaka gukingira amashamba
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amashamba ya Liberia

Uwufise ububasha kw’isanamu cv
Image caption Kwicira ibiti bigiye kuba umugani muri Liberia

Liberia kigiye kuba igihugu ca mbere muri Afrika mu guheba burundu kwicira amashamba, kugira kironke infashanyo.

Kuva intambara hagati y'abavukagihugu irangiye mu 2003, kwicira amashamba bidaciye mu mategeko vyarakomeje ku rugero ruri hejuru.

Hari ubwoba kandi ko ikiza ca Ebola gishobora gutuma uko guhonya amashamba kwiyongera na burya muriico gihugu bakenye amafaranga.

Raba hano: